
COPINIK
February 1, 2025 at 01:18 PM
Amahoro. Murakoze kandi kuba mwaratoye kuba kuri runo rubuga. Murashobora kurusangiza abagenzi n'incuti kugira ngo nabo bashobore kuzobona amakuru yoshobora kubaviramwo amahirwe azoza aracishwa ngaha. Aha munsi murahabona umuhora mwosangiza abandi kugira bawucemwo mu gushika hano. Murakoze.