
COPINIK
February 13, 2025 at 11:07 AM
Amahoro. Aka ni akaryo ko kwiga icongereza muri COPINIK gahawe uwuvyipfuza wese ngo aronke ubumenyi muri urwo rurimi ngirakamaro abifashijwe n'abahinga. Ukwiyandikisha biriko biraba kuva ku wa mbere itariki 03/02/2025 gushika ku wa mbere itariki 03/03/2025; inyigisho nazo zizotangura ku wa mbere itariki 10/03/2025 mu kibanza c'i Bujumbura muri ville kizomenyeshwa mu minsi. Ayandi makuru, murashobora kuyabona muri iryo tangazo riri aho hejuru. Kaze.
