BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 4, 2025 at 04:11 PM
🔥🔥⚽⚽⚽🔥🔥💵
COPA DEL REY🔥🔥⚽
Turabandanya turyoherwa abakunzi ba ⚽⚽⚽. Ariko kandi mutibagira gutora aka💵💵muri BUBET.
Mbe mwoba mwibuka ivyo Umugwi CD Leganes wakoreye FC Barcelone Aho uwo mugwi winjije igitsindo kumunota wa 5 maze urukino rukarangira Barcelone itsinzwe 1-0! Mwibaza kwivyo yakoze izobikorera Real Madrid ? Simbira kuri www.bubet.bi mutubwire uko inkino zizogenda Hama tubibahembere.
Ufise icubaza :65170955
Hamwe na BUBET UTSINZE URARONKA!
#cashtel,#lumicash,#ihela.
😂
🙏
2