![BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]](https://cdn1.wapeek.io/whatsapp/2025/02/26/17/bubet-officiel-tu-gagnes-tu-touches-cover_3072f6ef68bae616fb8404485213cc90.webp)
BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 5, 2025 at 03:31 PM
❗❗🔥🔥 IHIGANWA RIDASANZWE ❗❗🔥🔥
Woba ufise indoto yo kuronka ingendeshwa yawe 🏍️⁉️Birakunda👍
#bubet ifadikanije na #cashtel babateguriye Ihiganwa ridasanzwe Aho muzotsindira ubushimwe butandukanye:*MOTO* ,*AMA RADIO* ,*AMA MAILLOT YA REAL MADRID NAYA BARCELONE*, *CHÈQUE YA 200.000FBU NIYA 300.000FBU*.
Kugira uje mwihiganwa,icusabwa ni kimwe gusa:*Gira dépôt kuri compte yawe ya BUBET uciye muri Cashtel* .
Bizogenda uku: Ugize''depôt''kuva:
🌟1000FGushika2000F: Maillot(Real/Barca)
🌟2001FGushika 5000F:Radio📻
🌟5001FGushika10000F: Chèque 200k
🌟10001F Gushika 49999F: chèque 300k
🌟50.000FNayarenga: MOTO🏍️
*MN*:
✴️uko ugira ''depot'' incuro nyinshi,Niko inomero yawe irwiza amahirwe yo gutsinda.
✴️Ukaba udafise compte ya Cashtel,urashobora kuyiyuguririra uciye kuri *429# kandi ikorana nimihora yose.
✴️ Amahera mwashize kuri Bubet murayakinisha kandi Ayo mutsindiye mubandanya muyabikura nkuko bisanzwe muciye muri #cashtel, #lumicash, #ihela.
✴️Ihiganwa ritanguye kuruyu wa 04/Ruhuhuma, Rikazorangira itariki 18/Ruhuhuma. Guhitamwo inomero zatsinze(Tirage)bizoca biba igenekerezo rya 19/02/2025.
Ufise icubaza :65170955
![Image from BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]: ❗❗🔥🔥 IHIGANWA RIDASANZWE ❗❗🔥🔥 Woba ufise indoto yo kuronka ingende...](https://cdn1.wapeek.io/whatsapp/2025/03/04/15/bubet-officiel-tu-gagnes-tu-touches-post_7db416824e177fcb9e634ee0d8614ee3.webp)