BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 5, 2025 at 04:03 PM
*NIGUTE WOSHIRA AMAHERA MURI COMPTE YAWE YA BUBET UCIYE MURI CASHTEL?* ICITONDERWA : *1) INOMERO YUGURUYEKO BUBET(Léo, Lumitel,Onamob), ITEGEREZWA KUBA ARIYO NYENE YUGURUYEKO COMPTE YA CASHTEL* *2) COMPTE YAWE YA CASHTEL ITEGEREZWA KUBA IRIMWO AMAHERA KUVA KURI 500FBU* BIGENDA UKU:👇👇👇 1⁰)Injira muri compte yawe ya BUBET, Fyonda kuri ''deposer'', Hitamwo Cashtel, Andika igitigiri camahera wipfuza gushirako,Emeza Kuri ''valider''. Uca uronka ubutumwa(sms) bugusaba kwemeza ico gikorwa uciye muri cashtel. 2⁰)Uca winjira muri Cashtel(*429#) Hama injiza kabanga yawe(pin) ,Emeza kuri 5, Hama kuri 3, Hama kuri 1. Uca uronka ubutumwa bakubwira kwamahera wayashize kuri compte ya BUBET neza.Uca utangura gutigira ataco Winona. BUBET NA CASHTEL KUMWE NAMWE.💵💵💵💵💰
Image from BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]: *NIGUTE WOSHIRA AMAHERA MURI COMPTE YAWE YA BUBET UCIYE MURI CASHTEL?*...
😂 1

Comments