BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 11, 2025 at 10:22 AM
🔥🔥 IHIGANWA RIDASANZWE🔥🔥
Woba ufise indoto yo kuronka ingendeshwa yawe 🏍️⁉️Birakunda👍
#bubet ifadikanije na #cashtel babateguriye Ihiganwa ridasanzwe Aho muzotsindira ubushimwe butandukanye:*MOTO* ,*AMA RADIO* ,*AMA MAILLOT YA REAL MADRID NAYA BARCELONE*, *CHÈQUE YA 200.000FBU NIYA 300.000FBU*.
Kugira uje mwihiganwa,icusabwa ni kimwe gusa:*Gira dépôt kuri compte yawe ya BUBET uciye muri Cashtel* .
Bizogenda uku: Ugize''depôt''kuva:
🌟1000FGushika2000F: Maillot(Real/Barca)
🌟2001FGushika 5000F:Radio📻
🌟5001FGushika10000F: Chèque 200k
🌟10001F Gushika 49999F: chèque 300k
🌟50.000FNayarenga: MOTO🏍️
*MN*:
✴️uko ugira ''depot'' incuro nyinshi,Niko inomero yawe irwiza amahirwe yo gutsinda.
✴️Ukaba udafise compte ya Cashtel,urashobora kuyiyuguririra uciye kuri *429# kandi ikorana nimihora yose.
✴️ Amahera mwashize kuri Bubet murayakinisha kandi Ayo mutsindiye mubandanya muyabikura nkuko bisanzwe muciye muri #cashtel, #lumicash, #ihela.
✴️Ihiganwa ryatanguye kuruyu wa 04/Ruhuhuma, Rikazorangira itariki 18/Ruhuhuma. Guhitamwo inomero zatsinze(Tirage)bizoca biba igenekerezo rya 19/02/2025.
Ufise icubaza :65170955
❤️
1