BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 21, 2025 at 01:08 PM
Muriteguye kumenya abatsindiye bwa bushimwe?🎁🎁🎁🎁🎁🎁🎁🎁 Turazi KO muri Benshi mubirindiranye igishika. Isango ni kumusi wejo igenekerezo rya 22/2/2025 isaha zitatu z'ijoro . Itora ry'abatsinze rizoba imbere yuko mushikirizwa urukino ruzohuza umurwi wa FC Barcelone na Las Palmas. Muzobikwirikira ikibiriraho kw'iradiyo PJ classic FM 97.3 kandi muzobibonesha amaso yanyu muciye k'urubuga rwa youtube rwiyo radio nyene arirwo ''Pjclassicmedias''. Musabwe kutazozimya ngendanwa zanyu kuko amahirwe ashobora kuba arayawe. Ntimuzotangwe. BUBET UTSINZE URARONKA !
Image from BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]: Muriteguye kumenya abatsindiye bwa bushimwe?🎁🎁🎁🎁🎁🎁🎁🎁 Turazi KO...

Comments