![BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]](https://cdn1.wapeek.io/whatsapp/2025/02/26/17/bubet-officiel-tu-gagnes-tu-touches-cover_3072f6ef68bae616fb8404485213cc90.webp)
BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
February 27, 2025 at 01:54 PM
✨Mwavyumvise? Uwatsindiye ya Moto 🏍️ muri rya Higanwa mwari mwateguriwe na BUBET ifadikanije na Cashtel ntiyarazi KO hariho iryo higanwa,nawene yaratangaye yumvise Bubet imuterefonye.
Muvyumvirize mukiganiro Yahaye Abamenyeshamakuru👆👆👆.
🎉BUBET iramukeje, kandi turakeje na bagenziwe batsindiye ubushimwe butandukanye(Ama Radios, Ama maillots, Chèque ya 200.000 Niya 300000).
Mwonya KO BUBET izobandanya Ibategurira amahiganwa atandukanye ,mbere vuba vuba cane abanyempano nabo bagiye gushikirwa. Nimba utarakwirikirana ino chaîne ya WhatsApp ya BUBET, bikore Ubu kugira uzobe uwambere abimenya. Fyonda aho👉:
https://whatsapp.com/channel/0029VaqYRuxInlqMlymYAN1R Hama ufyonde amaja hejuru muburyo ahanditse ''Suivre'' canke ''Follow''.
Hamwe na BUBET, UTSINZE URARONKA!
❤️
1