
Magazine JIMBERE
February 19, 2025 at 05:59 PM
👨👩👧👦 "*Uburundi* bumaze kwakira kuva ku wa 12 gushika uyu munsi kuwa 19 Ruhuhuma 2025 abanyekongo bababa 40.000, ni ukuvuga imiryango irenga 6.000, bataye izabo bahunga intambara ziriko zibera mu buseruko bwa *RDC*"
👉🏾 https://www.facebook.com/share/p/1F5iiqYsup
😢
🤔
2