Magazine JIMBERE
Magazine JIMBERE
February 27, 2025 at 04:00 PM
🚍 Imodoka ya "Salomon's Friend" yariko ija i *Kampala* ivuye i Bujumbura, ngo "nta kibazo kinini yagize:, kandi iriko irabandanya neza urugendo. Bishikirizwa n'iryo shirahamwe ryunguruza abantu, inyuma yaho hazindutse hahanahanwa amajwi y'abari mur'iyo modoka bavuga ko bari mw'ishamba muri *Tanzania* kandi ko... 👉🏾 https://www.facebook.com/share/p/1EFRMTM7jk

Comments