NELLYNAT QUEEN OF BUZZ 257
NELLYNAT QUEEN OF BUZZ 257
January 31, 2025 at 07:56 PM
Naronse message insaba kubwira abavyeyi bafise abana mugihe c’ishure batuma umukozi wumu bonne kugura jus yogushira mwisakoshi bukeye umwana akayitwara kuyinwera kw’ishure ,vyaraye bibayo aho umwana umwigusha yasanze bamuha cool up ngo ni jus🤣🤣🤣🤣 bigahera abandi bize yibereye mw’ihoro 🤭 NB:bavyeyi imbere yokuja gukazi musuzume isakoshi zabana banyu amagara yabo ntazokononekare ntibitwengeje naho natwenze birababaje cane 🙏 mubihane kugira babimenye ivyabaye i bujumbura murakoze
😂 😢 😮 🤣 ❤️ 👍 50

Comments