NELLYNAT QUEEN OF BUZZ 257
NELLYNAT QUEEN OF BUZZ 257
February 6, 2025 at 09:35 PM
Maze igihe nkoresha x ex twitter mukuvugira igihugu ni jewe jenyene nirirwa ntukana kubera ntemeranya n’abatuka Président wacu n’abandi batandukanye ,nashaka ntanguze challenge yoguposta ifoto ya Son excellence iyufise ukunda na hashtag ya my president commanda chief ❤️ kubakoresha x cane cane abo muri entertainement kuko tumaze imisi munduru nyinshi nubu turiko dupambana cane umuntu afise x adutaging tugire retweet 🫶 turabarundi dutwarwa n’intare tumwereke urukundo murakoze
❤️ 😂 👍 👎 🇧🇮 💀 💔 😖 😡 😢 40

Comments