NELLYNAT QUEEN OF BUZZ 257
June 4, 2025 at 08:48 AM
Tugende bukebuke ,muti reo dj paulin yavuze yuko guerra plaza ariyibirobezo ?abazimye bose baririmbira mukamenge kwa Toussaint ?reka ntegure space kuri twitter nih’inzego zotwumvira kuko aho bigeze harimwo discrimination irenze ,amacakubiri n’ibindi vyinyegeje kuko birarenze ugeze gusuzugura quartier zibamwo abantu n’abandi ba bisness man Mana yanj entertainment nuku ?ariko iconzi dj paulin n’umu petit joeur kuri toussaint 😂😂 kuko irya cristal yiwe ingana na chambre imwe yohasi zimwe ziruhande y’igikoni kuko cuisine yo muri guerra isumba ubunini cristal ushizeko naharya hejuru
😂
❤️
👍
💀
🔥
😮
🤝
34