Iyi si WhatsApp Channel by pr Hakizimana Maurice
Iyi si WhatsApp Channel by pr Hakizimana Maurice
June 11, 2025 at 03:21 PM
Iyi si || Yitwa Melissa Chanesse Ikorineza ni umurundikazi w’ikirangirire (rurangiranwa) mu guterura ibyuma(Bodybuilding)! (1) Aba he?: Muri Denmark,ahamaze imyaka 16 (2) Akora iki? :Ni Umuforomakazi(Une infirmière) (3)Afise imyaka ingahe?:30 (4) Ni rurangiranwa gute ?: Melissa Chanesse Ikorineza agiye kwandika izina nk'umwiraburekazi(une femme noire)wa mbere ugeze mu rukino rw’irushanwa rya nyuma 'European Mastership'. (5)Kuki yambaye ubusa?: We ubwe agira ati: "Jewe ndi mu nkino za Bodybuilding mu gisata bita Bikini, ni ukuvuga ni ukwerekana ubukomezi bwawe werekana uko inyama zawe zigabuye kubera guterura ivyuma. Uba wambaye agahuzu ko musi (bikini) kugira werekane ubukomezi bwawe." (6)Ese yataye umuco n’indero ndundi?: Arasubiza (arishura) ati: "Hariho abambwira ko nshira isoni gukina inkino z'abagabo, aho bisaba kwambara agahuzu ko musi n'ukwerekana ubukomezi bw'umubiri, hari benshi mbere bambwira ko ari ugutitura imico y'Abarundikazi….. VOIR LA SUITE :https://www.facebook.com/share/1CMVY4Y6nB/?m
Image from Iyi si WhatsApp Channel by pr Hakizimana Maurice : Iyi si || Yitwa Melissa Chanesse Ikorineza ni umurundikazi w’ikirangir...
🙏 1

Comments