Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
June 1, 2025 at 07:40 AM
🚨IGITANSI CO GUTWARA IMODOKA WAMBAYE IKAMBAMBIRI ==================== Inkuru iriko iratangaza benshi, ni iy'umugabo yitwa Emmanuel NYABENDA, yaraye aciwe igitansi c'amafaranga ibihumbi ijana (100.000fbu), kubera ko yariko atwara imodoka yambaye ikambambiri. Ico gitansi akaba yagiciriwe mu Mabanda, mu ntara ya Makamba. Benshi bakaba batariko baratahura uko ico gitansi bakimuciye. Ariko nk'uko amategeko agenga ibarabara abivuga, kirazira gutwara imodoka wambaye ikintu cose cotuma utisanzura mu gutwara. 👀Ivyo wewe wari ubizi ? 📸: DR #akezanet #amategeko #burundi https://www.facebook.com/share/p/1AbZ9DaxGZ/
❤️ 1

Comments