
Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
June 2, 2025 at 11:02 AM
🔴Indirimbo « #nihe » ya Liesse Wonder Ishimwe imaze kurabwa n'abantu bababa 2500, mu minsi ibiri imaze iri kuri YouTube. Uwo muririmvyikazi mushasha wa #gospel, akaba amaze kuronka n'abantu barenga 600 bamaze kugira #subscribe. 🎵🎶
🔹Bandanya mumuha ikaze, mu kuraba indirimbo yiwe no mu kugira subscribe kuri channel yiwe, muciye hano: 👉 https://www.youtube.com/watch?v=y8FXxmgS4_4
📍💬Ku bwiwe agira ati : « Nasanze umenga abantu benshi bari banzi, kuko ukuntu bakiriye neza indirimbo yanje, vyarantanganje cane. Nosaba abantu n'ibinyamakuru kubandanya banshigikira kugirango ntere intambwe ».
➡️ Mwomenya ko Liesse WONDER ari umwe mu banyempano 10 babaye aba mbere mw’ihiganwa « 𝗟𝗲𝘀 𝗧𝗮𝗹𝗲𝗻𝘁𝘀 𝗱𝗲 𝗰𝗵𝗲𝘇 𝗻𝗼𝘂𝘀 », ryatunganijwe na Akeza.net.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #burundi
https://www.facebook.com/share/p/1F5nbiS4Ni/