Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
June 3, 2025 at 10:14 AM
🔴 « Gukundana n'Umuntu ari kure bibaho. Jewe naterewe ivi kuri Écran TV. Niho nambikiwe impeta yo kunsaba ko nomubera umufasha wiwe. Ivyacu bimeze neza nubwo tutarabonana amaso mu yandi. Ico gihe uca ukoresha ukwizera ». Ivyo bishikirizwa na Alice #lesbeautesdecheznous #akezanet #comedie #burundi https://www.facebook.com/share/v/16fXgaxiig/

Comments