Akeza.net | Les Beautรฉs de Chez Nous
Akeza.net | Les Beautรฉs de Chez Nous
June 4, 2025 at 09:57 AM
๐Ÿ”ด๐ŸŽ™ ๐——๐—ฟ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ-๐—ง ๐˜†๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐—ป๐˜‚๐˜๐˜€๐—ฒ, ๐—ถ๐—ป๐˜†๐˜‚๐—บ๐—ฎ ๐˜†โ€™๐˜‚๐—ธ๐˜„๐—ฒ๐˜‡๐—ถ ๐—ธ๐˜‚๐—ฟ๐—ฒ๐—ป๐—ด๐—ฎ ๐—ฎ๐—ฟ๐—ถ ๐—บ๐˜‚ ๐—ฏ๐—ถ๐—ต๐˜‚๐—ด๐˜‚ ๐˜ƒ๐˜†๐—ฎ ๐—ฏ๐˜‚๐—ฟ๐—ฎ๐˜†๐—ฎ !! ======================== Umuririmvyi wโ€™umurundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ, Henry IRANKUNDA, azwi cane kwโ€™izina rya Drama T ahejeje gushika mu gisagara ca Bujumbura, inyuma yo kumara igihe cababa amezi abiri ari mu bihugu vya Buraya bitandukanye : Ububirigi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ช , Ubufaransa ๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท, UbuSwisse๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ญ nโ€™ahandi. ๐Ÿ”นMuri urwo rugendo rwatanguye itariki 16/4/2025, uwo muririmvyi rurangiranwa wโ€™umurundi akaba yarakoze ibiteramo mu bisagara bitandukanye yongera abonana nโ€™abantu batandukanye bakorera mu gisata cโ€™umuziki bagiye gukorana mu migambi itandukanye harimwo ama Collabos. ๐Ÿ”นIgihe yashika I Bujumbura, akaba yakiriwe ku kibuga cโ€™indege na Joell Houghton, Umuhinyanyuzi akomeye hano mu Gihugu, asanzwe amukorera indirimbo nyinshi zitandukanye mu zakunzwe. โžก๏ธ Muri kino gihe, indirimbo yiwe nshasha yise #sambolela akaba ariyo ikiriko iravuzwa muri #bujafleva, aho igeze kuma Views arenga 830K vyโ€™abantu bamaze kuyiraba, mu kwezi kumwe imaze isohotse : ๐Ÿ‘‰ https://youtu.be/sJpY-GetPaY?si=0n0691Z6jeS6HyPO Mudufashe kumuha ikaze !! #lesbeautesdecheznous #akezanet #music #burundi https://www.facebook.com/share/1EUhrbtDYJ/
๐Ÿ‘ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 7

Comments