
Akeza.net | Les Beautรฉs de Chez Nous
June 11, 2025 at 01:17 PM
๐ด ๐ฏ ๐ก๐ง๐๐๐๐ฆ๐๐ฉ๐ฌ๐: ๐๐๐๐จ๐ ๐๐๐๐๐๐ข ๐ฎ๐ด๐ถ๐๐ฒ ๐ธ๐๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ๐ธ๐ฎ ๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ ๐บ๐ฎ๐๐ฒ๐ธ๐ฎ ๐บ๐ ๐๐๐ฏ๐ถ๐ฟ๐ถ๐ด๐ถ ๐ง๐ช๐ธ๐น ๐ฅ๐ง๐ฎ
====================
Inyuma yo gukora ibiteramo vyinshi muri ico gihugu, bigaheza bigakundwa, Umuririmvyi rurangiranwa wโumurundi Jean Pierre NIMBONA azwi cane kwโizina rya KIDUM agiye gusubira kuwatsa. Uyo muririmvyi wโinararibonye mu mudiho wa LIVE akaba afise igiteramo mu gisagara cโi Buruseri itariki 28/6/2025, ahitwa BLU BRUSSELS .
๐นIco giteramo akaba yagitumiwemwo nโumugwi ยซ N&N ยป wo mu Bubirigi ufadikanije mu kukimenyekanisha na ยซ Franckpson Kz ยป.
๐นAmatike yo kwinjira muri ico giteramo, akaba mbere yatanguye kugurishwa. Uciye hano : ๐ https://my.weezevent.com/kidum-live-in-brussels )
๐นIbiciro bitunganijwe gutya: 30โฌ kuwuyiguze kare, 35 โฌ uwuzoyigurira ku muryango hamwe na 50โฌ mu bibanza vyโiteka.
๐นIco giteramo kikazoba kiriko coroshwa na Dj SAIDO, Dj Sajoh mixxxx hamwe na Amipro Entertainment.
Hambavu ya #duzibiganza ni iyihe yindi ndirimbo ya Kidum ukunda ?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #burundi
https://ww
๐ฅ
1