Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
Akeza.net | Les Beautés de Chez Nous
June 11, 2025 at 05:00 PM
🔴 « Ivyashikiye umuririmvyi Matabaro nivyo vyanshikiye. Yahevye kuririmba indirimbo mpimbazamana, aja kuririmba indirimbo z'isi. Abantu bihuta gutera umuntu amabuye, aho kumwegera bakabaza impamvu ». Ivyo bishikirizwa na Francool. Nimumwumvirize!! #lesbeautesdecheznous #akezanet #music #burundi https://www.facebook.com/share/v/194Niux6SP/

Comments