
Akeza.net | Les Beautรฉs de Chez Nous
June 12, 2025 at 07:51 AM
๐ด ๐ ๐๐ ๐๐ฉ๐จ๐ง๐ ๐๐ฎ ๐ ๐ผ๐ฟ๐ถ๐ป๐ด๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐ฎ๐ณ๐ฎ๐๐ฎ ๐ถ๐ธ๐ถ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐บ๐ ๐ฏ๐ถ๐ฑ๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ๐๐๐ฎ ๐ป๐ท๐ฎ๐ฏ๐๐ธ๐ฎ๐บ๐ฎ๐๐ถ, ๐จ๐ฏ๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐ฏ๐๐ผ๐ธ๐๐ถ๐ท๐๐ธ๐ถ๐ฟ๐ฎ, ๐ฏ๐ถ๐ธ๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ณ๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ป๐ด๐ฎ ๐บ๐๐ฎ๐บ๐ฎ๐ธ๐๐ป๐ด๐. ๐ฐ
=====================
Nkโuko mubibona kurano masanamu, ni ibikoresho bitandukanye biva mu giterwa ca Moringa harimwo amavuta nโamasabuni biriko birerekanwa nโishirahamwe ryโabarundikazi batatu ๐ง๐ฎ, baba mu gihugu cโUbushinwa ๐จ๐ณ, #klariza_sprl , mwโikoraniro ridasanzwe ryโihayanishwa-Gurisha ยซ #focacchino ยป ririko ribera mu gisagara ca #changsha, kuva ku magenekerezo ya 11 gushika 15 Ruheshi 2025.
๐Abo barundikazi batatu bakaba barashoboye kumenya akamaro ka Moringa mu kuvura no gikomeza ubuzima bwa kiremwamuntu, baca bahitamwo kubirwiza no kubisangiza isi.
๐Bavuye aho mu Bushinwa, bazoca bongera baserukire Uburundi, mu rindi hayanishwa-gurisha, ryiswe #osaka2025, rigiye kubera mu gihugu cโUbuyapani ๐ฏ๐ต. Bakaba kandi bafise umugambi wo kuzotangura kuzana ivyo bidandazwa hano mu Burundi.
Wewe Moringa wari uyizi ?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #moringa #burundi
https://www.facebook.com/share/p/14DuGB3HkQ9/