Akeza.net | Les BeautΓ©s de Chez Nous
Akeza.net | Les BeautΓ©s de Chez Nous
June 13, 2025 at 09:59 AM
πŸ”΄ π—œπ—›π—œπ—šπ—”π—‘π—ͺ𝗔 Β« π—˜π—–π—’π—‘π—˜π—§ π—œπ—₯π—”π—•π—”π—žπ—¨π—‘π——π—” Β», π—₯𝗬𝗔𝗕𝗔𝗦𝗛π—ͺπ—”π—¬π—˜π— π—ͺ𝗒 𝗠𝗨π—₯π—œ 𝗕𝗨𝗝𝗨𝗠𝗕𝗨π—₯𝗔 π— π—”π—œπ—₯π—œπ—˜! βœ¨πŸš— ==================== Muri Bujumbura Mairie no mu gihugu hagati, akamwemwe ni kenshi aho Toyota Voxy yaserutse mw’ibarabara mu rugendo rwa Econet Burundi rwo kwereka abanywanyi bayo ikibarindiriye, ku bakoresha umuhora wa Econet wireless Burundi, kandi ikaba izotemberezwa hose no mu gihugu hagati! πŸŽ‰πŸ‘₯ πŸ“πŸ’¬ ECONET igira iyi : Β« Munywanyi Mukundwa, iyi modoka hamwe na moto Jin Li bishobora kuba ivyawe vuba cane!πŸ’™. Twifatanyije n’abakozi ba Econet Wireless, tuguma dufasha abanywanyi mu kubaronsa imirongo yatakaye canke yibwe, kwandika imirongo mishasha, no gutanga insiguro y'ukugene ushobora gutsinda mw’ihiganwa rya Econet Irabakunda.πŸ§ΎπŸ“² Turi hano kugira ngo tukwumve munywanyi kandi tukwiteho.🀝 Β». 🎯 Ushaka gutsindira iyi modoka Toyota Voxy canke imwe mu pikipiki nshasha za Jin Li?πŸοΈπŸš— Biroroshe hamagara iminota 25 canke irenga ku kwezi maze uronke amanota aguha amahirwe yo gutsindira buno buganuke buhambaye na Econet Wireless Burundi. πŸ“±Raba amanota yawe ukoresheje *123#. Ufise ikibazo, hamagara 100.πŸŒπŸ’« πŸ“πŸ’¬ ECONET igira kandi iti : Β« Muri Econet Wireless, ntidutanga umuhora gusa duha agaciro umunywanyi wese atugana.πŸ₯³ Kuko Econet Irabakunda si igikorwa gusa co guhamagara ahubwo n'amashimwe y’ubwizigirwa, kwifatanya n’amahirwe y'abanywanyi Β». Munywanyi, Uyu ni umwanya wawe!⏳πŸ’₯ #lesbeautesdecheznous #akezanet #econetirabakunda #hamagarautsindire #toyotavoxy #motojinli #umukiriyaniumwami #burundi https://www.facebook.com/share/p/1LTmHwRy9S/

Comments