
Akeza.net | Les Beautรฉs de Chez Nous
June 16, 2025 at 07:43 AM
๐ด[๐๐จ๐ฅ๐จ๐ก๐๐ ๐๐ข๐ฅ ๐๐๐ฆ๐จ๐ฆ, ๐ฎ๐ฒฬ๐บ๐ฒ ๐ฒฬ๐ฑ๐ถ๐๐ถ๐ผ๐ป] ๐๐ง๐ฎ
================
Ku ncuro igira kabiri, Umuvugabutumwa wโumurundi Chris Ndikumana, abicishije mu kiganiro ciwe KANGUKA , PRIรRE, GUรRISONS ET DรLIVRANCE, agiye gutunganya igikorane kidasanzwe yise ยซ Burundi for Jesus ยป, kijanye no gusengera igihugu cโUburundi.๐ง๐ฎ
๐นIco gikorane kikazoba kwโigenekerezo rya 10/07/2025, ahitwa kuri DCC : Donatus Confรฉrence Center Av.du Large.
๐นMuri ico gikorane hazoba amasengesho yo gusengera Uburundi, azotangura kuva isaha imwe yโigitondo (7h) gushika isaha cumi na zibiri zโumugoroba (18h).
๐นHakazoba hatumiwe abavugabutumwa bakomeye, bavuye mu bihugu bitandukanye vyo hanze, nka Franck Poulin ava mu gihugu ca Canada ๐จ๐ฆ, Mohammed SANOGO ava mu gihugu ca Cรดte dโIvoire ๐จ๐ฎ, hamwe na Paddy B. MUSOKE wo mu gihugu ca Ouganda ๐บ๐ฌ.
๐น Ku bantu bipfuza kuzoja murico gikorane, basabwa kwiyandikisha baciye kuri application ya Kanguka canke kuri site ya Kanguka.
๐ฒ Ku bafise ibindi bibazo, bokwakura kuri +257 71 904 304.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #gospel #burundiforjesus2025 #burundi.
https://www.facebook.com/share/p/19D2zYRuwh/