
Iyi si WhatsApp Channel by pr Hakizimana Maurice
June 18, 2025 at 01:26 PM
Iyi si|| (Mu Kirundi): Imyaka itanu iheze uno musi Evariste Ndayishimiye arahiye kuba umukuru w’igihugu agira 9 w’Uburundi.
✍️Evariste Ndayishimiye yabaye umukuru w’igihugu wa 9 ku Burundi kw’igenekerezo rya 18 Ruheshi/Kamena 2020.
Ku myaka 52, yarahiye ku kibuga ca Ingoma i Gitega, imbere y’inzego zitandukanye z’igihugu, zirongowe n’inzu zibiri z’inama nshingamateka, abagize Sentare, Komisiyo y’Itegeko Nshinga, Komisiyo y’Inama Nkuru y’Igihugu n’abandi.
Ikibazo kiraba Abarundi n’Abarundikazi gusa:
Ni ivyiza bihe bitibagiranwa uwo mushingantahe yaranguye gushika ubu mu manda yiwe ya mbere?Ni ibintu bibi ibihe washikiwe ku burongozi bw’iwe?
Iyi si
Hakizimana Maurice
Page: https://www.facebook.com/professormaurice.
WhatsApp: https://whatsapp.com/umuyoboro/0029VaCyM5ILdQejDYwQ2b2u
Web site : prof-maurice.com/fr

👍
1