![BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]](https://cdn1.wapeek.io/whatsapp/2025/02/26/17/bubet-officiel-tu-gagnes-tu-touches-cover_3072f6ef68bae616fb8404485213cc90.webp)
BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
May 26, 2025 at 09:34 AM
BISHASHA MURI BUBET 🎁🎉🎉🔥⚽❗
NIMUREME !
Inyuma yaho y'amahiganwa mukunda cane y'iburaya ariko ararangira, hari benshi bibajije ingene ivyo gutigira bigiye kubandanya. Ntimugire ubwoba kuko muri BUBET barabiteguye neza.
Mwomenya ko zirya nkino nyene BUBET yazibashiriyemwo muburyo bwa ''VIRTUELS'', kandi zamaho. Akabirya nuko Ubu ushobora no gukina kuri ''Championnat'' yahano iwacu. Ni ''BURUNDIAN LEAGUE'' hamwe na BUBET🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪⚽.
Nkuko mubizi, gukina izo nkino za ''Virtuels'' , ntibigusaba kurindira Umusi wose, nyabuna inyuma y'iminota ibiri (2min) uba umenyeshejwe uko ivyo wakinye vyagenze ugatera uronka💰💰💰💸💸💸💪
Nimusanganire ''BURUDIAN LEAGUE''🇧🇮🇧🇮🇧🇮 muciye kuri www.bubet.bi Hama ufyonde kuri ''virtuels'' maze mubandanye kwinovora ivyiza vya BUBET.
Ufise icubaza 👉:65170955.
BUBET, UTSINZE URARONKA !
#lumicash,#cashtel,#ihela.
![Image from BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]: BISHASHA MURI BUBET 🎁🎉🎉🔥⚽❗ NIMUREME ! Inyuma yaho y'amahiganwa mu...](https://cdn2.wapeek.io/2025/06/18/16/bishasha-muri-bubet-nimureme-inyuma-yaho-yamahiganwa-mukunda-cane-yiburaya-ariko-ararangira-hari-benshi-bibajije-ingene-ivyo-gutigira-bigiye-kubandanya-ntimugire-ubwoba-kuko-muri-bubet-barabiteguye-ne_e674955221453a1d4078d28bd48220da.webp)
🎉
1