BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
June 17, 2025 at 12:21 PM
🚨 Inkuru nshaka muri BUBET ! 🚨
Hambavu y'imbuga mwahora mudukwirikiranako(Fb, IG, Chaîne WhatsApp), Ubu turi no kuri X (yahoze yitwa Twitter) twashitseho! Hadusange tubasangize urukundo rwacu rw’imikino n’amahiganwa 🔥
👉 Ushaka kumenya amakuru mashasha ku mahiganwa akomeye yose ?
👉 Ushaka kubona isesengura ryimbitse, ama promotions adasanzwe, n'ibintu vyose vyo muri BuBET ?
👉 Ushaka gukurikirana uko ibintu bigenda mu gihe nyaco mu mikino nk’iy’ihiganwa rya FIFA Club World Cup 2025 ?
Niwihute udukurikire kuri X !
📍 Tuhari kuri : [@BuBET_Burundi]
Canke uce ngaha : https://x.com/BuBET_Burundi?t=tTiR79w9_YV9K5rSnF_waw&s=09
Hama ufyonde kuri "follow", ushiremwo na "notifications" 🛎️kugira ntihagire ikigucica📢
Mu BuBET, Utsinze Uraronka .
#bubet #turikokurix #fifacwc2025 #amahiganwa #umupira #bubetburundi