BUBET OFFICIEL [TU GAGNES TU TOUCHES]
June 18, 2025 at 03:37 PM
🚨BISHASHA BISHASHA 🚨
📌 Ishirahamwe ryo Gutigira mu Burundi #bubet rirarondera abakozi bokorana mu Gisagara ca #gitega.
1️⃣ Woba ur'umurundi canke umurundikazi aba mu gisagara ca Gitega
2️⃣ Woba umenyereye gukoresha application zo gutigira
3️⃣ Woba ufise imyaka cumi n'umunani kuduga ?
☎️ Twandikire kuri Whatsapp Ku numero 65 170 9 55
📝Abo twipfuza gukorana bisabwa:
👉 ko uba ukerebutse
👉 Uzi kurondera abanywanyi
👉 Ufise umwanya ukwiye
🗳️ Kaze muri benshi mwiyandikishe tubakira amasaha ayariyo yose mu twandikiyeko. BuBet yipfuza gutunganiriza abanywanyi bayo aho bari hose.
👍
🙏
2