La Nova Burundi
811 subscribers
About La Nova Burundi
Informations en temps rรฉel @LaNovaBurundi
Similar Channels
Swipe to see more
Posts
https://www.facebook.com/share/p/15sV67Bdan/ Mugamba-Bururi: abanyeshure batanu birukanywe burundu kw'ishure rikuru rya Vyuya muri komine Mugamba mu ntara ya Bururi. Bikekwa kwiba ikaye yandikwamwo amanota
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid08wqYZHefmYvxXu3AR1PXzh7T6gUeh5QgdvWrJo2t1TbkC2MGUhNaerpU7rSKPFuel&id=100063858491762&mibextid=Nif5oz I Mabayi mu ntara ya Cibitoke hafashwe ingingo ko ata mwigeme canke umugore azosubira gukora mu kabare, abapanze amazu babamwo bo nyene birukanwe. LaNova sรฉcuritรฉ
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid029eTc1aPryX1HpYw1wWrDrxsDH2TmLShE9rwfXRoTU89LDH182t2BT8msByxtvyY5l&id=100063858491762&mibextid=Nif5oz Abanyekongo bashika 10 000 baramaze guhungira mu Burundi kubera intambara iriko ibera mu buseruko bw'ico gihugu
Ukwezi kwo gutanga amafaranga yasigaye kw'ifumbire kwatanzwe n'ubushikiranganji bujejwe uburimyi mu Burundi.
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0Jw5pbtNHSsysL8cofAfiqab1hKX4U35hzeeyfvwmdpRCjkn4Pb4D5iWTBqTbVuKel&id=100063858491762&mibextid=Nif5oz Mu Burundi hagenywe abungere bagiye kurongora ama diyoseze katorika abiri: Bubanza na Bururi
Ibihugu bigize umugwi wa G7 bisaba umuhari wa M23 kuva mu turere twose umaze kwigarurira muri๐จ๐ฉ Mw'itangazo ry'abashikiranganji b'imigenderanire b'ivyo bihugu bitunze cane kw'isi bigize umugwi wa G7, bagira bati:"Dusavye M23 hamwe n'igisirikare ca ๐ท๐ผ, RDF, gahagarika kugira ibitero mu mpande zose. Inkuru yose, soma ngaha๐๐ฟ https://www.bbc.com/gahuza/articles/c0m1k2mw0wvo?at_campaign=ws_whatsapp
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0bKkiSEDcBrQDZZCQnVHcd7o8rwDZHtUovH45JdkXPD2LbnhNnh7R7xM2kxUXYa1rl&id=100063858491762&mibextid=Nif5oz Intonde z'abazokwitaba amatora ya 2025 zizoba zimanitswe kuva kuri uwu wa 10 ruhuhuma 2025. Mu Rumonge, buramatari asaba abo arongoye kuja kuraba ko uwiyandikishije ari ku rutonde.