La Nova Burundi
                                
                            
                            
                    
                                
                                
                                February 2, 2025 at 02:03 PM
                               
                            
                        
                            Ibihugu bigize umugwi wa G7 bisaba umuhari wa M23 kuva mu turere twose umaze kwigarurira muri🇨🇩
Mw'itangazo ry'abashikiranganji b'imigenderanire b'ivyo bihugu bitunze cane kw'isi bigize umugwi wa G7, bagira bati:"Dusavye M23 hamwe n'igisirikare ca 🇷🇼, RDF, gahagarika kugira ibitero mu mpande zose.
Inkuru yose, soma ngaha👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/c0m1k2mw0wvo?at_campaign=ws_whatsapp