BBC News Gahuza
February 1, 2025 at 12:00 PM
N'imiburiburi abantu 700 ni bo bamaze kwicirwa mu ntambara ya 🇨🇩 kuva ku musi w'Imana – ONU
Onu ivuga ko abantu 2.800 bakomeretse, igihe umugwi wa M23 ufashwa na🇷🇼 - wafata umugwa mukuru w'intara ya Kivu ya Ruguru.
Inkuru yose, soma ngaha👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/cvgedl3n6l8o?at_campaign=ws_whatsapp
❤️
👍
😢
3