
BBC News Gahuza
47.0K subscribers
Verified ChannelAbout BBC News Gahuza
Iyi ni BBC Gahuzamiryango. Soma ibijyanye n'imikoreshereze bwite hano -https://www.bbc.com/gahuza/articles/c5y37x875leo
Similar Channels
Swipe to see more
Posts

Banki ikomeye muri Asia igiye gufuta ubuzi 4.000 bukorwe n'ubwenge bw'ubukorano buriko burasubirira abantu Ikigega Mpuzamakungu FMI mu 2024 cavuze ko ubwenge bw'ubukorano (Intelligence Artificielle) buzogira ingaruka kuri 40% y'ubuzi kw'isi yose. https://www.bbc.com/gahuza/articles/c4gp7w88781o?at_campaign=ws_whatsapp

Amerika ๐บ๐ธ ifatanije n'Uburusiya ๐ท๐บ, Israyeli ๐ฎ๐ฑ, Koreya ya Ruguru ๐ฐ๐ต, Sudani ๐ธ๐ฉ, Bielorussie ๐ง๐พ, Hongrie ๐ญ๐บ n'ibindi bihugu 11 vyanse icemezo categuwe n'Ubulaya ๐ช๐บ ciyamiriza ibikorwa vya Moscou. Soma inkuru iramvuye hano: ๐๐ฟ๐๐ฟ https://www.bbc.com/gahuza/articles/ce8vj1m56vzo?at_campaign=ws_whatsapp

Ubwongereza bwatangaje ibihano bugiye gufatira u Rwanda, narwo ruti "ntacyo bifasha DR Congo" ๐ฌ๐ง ni kimwe mu bihugu biha leta y'u ๐ท๐ผ inkunga nini y'iterambere, buvuga ko bumaze guha u ๐ท๐ผ arenga miliyari imwe y'amapawundi (ยฃ) mu myaka igera kuri 25 ishize... Soma inkuru irambuye hano: https://www.bbc.com/gahuza/articles/c2417gdln7eo?at_campaign=ws_whatsapp

Ntucikwe harimwo n'urunana uyu munsi https://www.bbc.com/gahuza/bbc_gahuza_radio/liveradio?at_campaign=ws_whatsapp

Perezida Joรฃo Lourenรงo wa Angola ๐ฆ๐ด aherutse gutangaza ko, kubera imirimo mishasha yo kuba umukuru w'Umuryango w'Ubumwe bwa Afrika, atazoshobora kubandanya ari umuhuza mu kibazo ca DR Congo ๐จ๐ฉ. Soma inkuru yose hano: ๐๐ฟ๐๐ฟ https://www.bbc.com/gahuza/articles/cd0nj5yvmn7o?at_campaign=ws_whatsapp

Wari uzi ko ifira rishobora guteza ibi bibazo vyose? ๐๐พhttps://www.bbc.com/gahuza/articles/c98131pd174o?at_campaign=ws_whatsapp

'Bafashe ku nguvu abagore bose hano' - aba bagore baravuga ayo baboneye mw'ibohero ry'i Goma igihe rimenwa Aba bagore baravuga ingene bafashwe ku nguvu, abandi bagapfa kubera umuriro ๐ฅ mwโibohero rya Munzenze, igihe haduka akajagari inyeshamba za M23 na zo zisagirije igisagara ca Goma mu buseruko bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo ๐จ๐ฉ. Soma inkuru hano: ๐๐ฟ๐๐ฟ https://www.bbc.com/gahuza/articles/cy0581qq541o?at_campaign=ws_whatsapp

๐ท๐ผ: Barimo guperereza niba Munyenyezi uregwa jenoside yari umunyeshuri mu 1994 Abamushinja bamwe bavuze ko mu gihe cya Jenoside yari umunyeshuri muri Kaminuza y'u ๐ท๐ผ, we akavuga ko babeshya kuko yari atararangiza amashuri yisumbuye Soma inkuru hano: https://www.bbc.com/gahuza/articles/cn9v3ey1yq3o?at_campaign=ws_whatsapp

๐จ๐ฉ: Urubanza rw'abasirikare 60 baregwa guhunga M23 rwatangiye i Butembo Abo basirikare bararegwa guhunga, no gukora ibikorwa by'ubugizi bwa nabi mu bice banyuzemo bahunga berekeza i Butembo. Soma inkuru hano: https://www.bbc.com/gahuza/articles/c1kjm7ngjyxo?at_campaign=ws_whatsapp

Abasirikare ba SADC 'bakomerekeye' muri ๐จ๐ฉ baciye mu ๐ท๐ผ basubira iwabo Urugendo ruva ku bigo byabo i Goma rwatangiye mu gitondo ku wa mbere, mu ijoro nibwo umurongo w'imodoka zabo wagaragaye werekeza i Kigali. ๐ฟ๐ฆ๐น๐ฟ๐ฒ๐ผ Soma inkuru hano: https://www.bbc.com/gahuza/articles/cp8y35dr9epo?at_campaign=ws_whatsapp