BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

47.0K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
February 1, 2025 at 12:03 PM
Prezida Ndayishimiye aragabisha ko Urwanda rufise umugambi wo gutera 🇧🇮 Prezida Ndayishimiye yavuze ko bazi ko 🇷🇼 rufise imigambi yo gutera 🇧🇮, ariko ko abarundi babizi kandi bazivuna. Kurikira video ngaha👇🏿 https://www.bbc.com/gahuza/articles/cr5376q081qo?at_campaign=ws_whatsapp
😂 ❤️ 😁 😢 🙏 10

Comments