
BBC News Gahuza
February 3, 2025 at 10:32 AM
Abantu nibura 700 barapfuye muri ico gisagara co mu buseruko bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo 🇨🇩, hafi ibihumbi bitatu barakomereka mu ntambara hagati y'inyeshamba za M23 n'ingabo z'igisirikare ca reta.
Soma inkuru hano: 👇🏿👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/cpvm84ddxkeo?at_campaign=ws_whatsapp
😮
1