
BBC News Gahuza
February 8, 2025 at 09:50 AM
Mu nama y’abakuru b’ibihugu bigize EAC na SADC iriko ibera i Dar es Salaam muri Tanzania 🇹🇿, mu ntumbero yo gutorera umuti intambara yo muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo 🇨🇩, vyari vyitezwe ko Perezida Felix Tshisekedi ahura amaso mu yandi na Perezida Paul Kagame w'Urwanda 🇷🇼 we yahishikiye, ariko yayitavye akoresheje ubuhinga bwa videwo, ahubwo akaba yarungitse umushikiranganji wa mbere Judith Suminwa.
Soma iyi nkuru hano: 👇🏾👇🏾
https://www.bbc.com/gahuza/articles/c8ed2dkgwd3o?at_campaign=ws_whatsapp
❤️
🇷🇼
2