
BBC News Gahuza
February 26, 2025 at 08:53 AM
'Bafashe ku nguvu abagore bose hano' - aba bagore baravuga ayo baboneye mw'ibohero ry'i Goma igihe rimenwa
Aba bagore baravuga ingene bafashwe ku nguvu, abandi bagapfa kubera umuriro 🔥 mw’ibohero rya Munzenze, igihe haduka akajagari inyeshamba za M23 na zo zisagirije igisagara ca Goma mu buseruko bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo 🇨🇩.
Soma inkuru hano: 👇🏿👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/cy0581qq541o?at_campaign=ws_whatsapp
😢
🇷🇼
❤️
👍
🙏
10