BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

47.0K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
March 1, 2025 at 06:57 AM
Volodymyr Zelensky wa Ukraine 🇺🇦 yari yizeye gukamisha urugendo rwiwe muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika 🇺🇸, ariko rwarangijwe n’uguterana amajambo hagati ya we na Perezida Donald Trump n’icegera ciwe, gushika aho abwirwa ngo “ntaco wubaha”. Soma inkuru yose hano: 👇🏾👇🏾 https://www.bbc.com/gahuza/articles/c30mq7gr9ylo?at_campaign=ws_whatsapp
👍 😂 😢 5

Comments