🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
January 31, 2025 at 10:09 AM
Mugitabo ca Biblia hari Amajambo yanditswe ati":Ivyabaye kub'israel bitubere akarorero."
Hari nahandi handitswengo:"Mugure uburyo muburwiza kuko imisi ari mibi."
*Nzokankamira ururyi kubganyu, ntirwonone imirima yo mu ndimiro zanyu; kandi n'umuzabibu wo mu ndimiro zanyu ntuzorumba, ni k'Uhoraho Nyen' ingabo agize. Kand' amahanga yose azobita abanyehirwe: kuko muzoba igihugu c'igikundiro, ni k'Uhoraho Nyen' ingabo agize.*
Malaki 3:11-12
*Uburundi n'Ubwabarundi mbere yuko bwitabwaho nuwariwe wese,Mubukene bwacu mu bumwe bwacu Niho hari Ubutunzi bwacu intsinzi yacu ibihe vyose,Amen!!!*
👍
1