🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
January 31, 2025 at 04:33 PM
Kangahe Mbabwiyeko ivyomuri kubona kumbuga ngurakanabumenyi ari Ikinamico???Kurikirana iyi video... Ikirinyuma nanone nongere ngihanure kitaraba, Ivyo Urwanda rurimwo ni Ubugambanyi canke Ubuhemu bwateguwe. *Kubigaragara nuko Amerika Iriko irashaka kwubaka Israel muri Afrika cane cane Ikabangamira Afrika y'Ubuseruko kuberako ibihugu vyomuri Afrika y'ubuseruko bisanzwe bibangamira cane imigambi ya Amerika yokurimbura Abanyafrika.* *Bimwe mwoshikirizwa mwiboneye n'Amaso yanyu ni CORONA VIRUS na HOMOSEXUALITE.* ikigira gatatu nacone murakizi,Nuko Amerika Ikeneye ubutare bwambere kw'isi bwifashishwa mukwubaka ibisasu kirimbuzi,ubwonabwo bukaba buri muri Afrika y'Ubuseruko cane cane mubihugu nka BURUNDI & DRC(Congo). Abarundi dushimire His Excellency President @GeneralNeva kuba yarugaye imipaka,akemera nogushigikira Congo,vyibuze mukurinda ataronerwa Umwansi akaba arimwo kurwanirizwa kubundi butaka. *Abarundi Ibirikuba ntibiherere kubirabisha amaso gusa,Ahubwo mumenye isi murimwo nokubana nayo.*

Comments