🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 1, 2025 at 12:01 AM
Nimba arigihugu kitazigera kandi kimaze igihe kinini kirimwo ibibazo ni Congo,ntanarimwe cigeze gihabwa agahengwe kubera zahabu nubundi butare buri muri Congo. Ntivyari bikwiyeko umunyafrika yiruka kurimugenziwe ngwamwice,ariko kuberako guhungabana kwa Congo kwonaba Guhungabana kwa SADEC ntayandi mahitamwo nubwo atariko vyari bikwiye kumera.Tugomba guhaguruka tugahangana bimwe biboneka. Kimwe coco cogutegereza Nuko hagiye kubaho impfu nyinshi zabana ba Afrika.Ivyovyo muvyitege,kuko titazihanganirako akarenganyo gahora muri Republika Iharanira Demokarasi ya Congo. Ayo niyo majambo ya Malema arongoye umugambwe uhanganye nuwuri kubutegetsi bwa Afrika Yepfo. Ntuje kure ya *Voix Du Patriot Nkibisanzwe*
😢 1

Comments