🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 1, 2025 at 04:47 AM
*Mwaramutse amahoro,* Mfashakanya nshimire ONATEL BURUNDI kuba bongeye kwemerako Système yokugura imitekero ya internet ikora.Mwakoze ariko muzirikaneko atarivyo twategerezwa kubinginga,nimba muba mufitaniye contracts n'Igihugu biba arivyo mutegerezwa kugirango abenegihugu tunezerererwe services igihugu kiduhaye. Nubwo biruko mukomeze mwibuke ivyo Nyakwubahwa Ministre de l'intérieure yashikirije igenekerezo rya 28 Nzero 2025.Biteye Agahinda kuba turigusoma kwiregura kwanyu muvugako ibibazo vya network birigukomoka kwikena ryama dollars mugihe tutigeze tubona network nziza nomuyindi myaka . Nyabuneka nimukore ibishoboka mudukure kuntsinga muvugane na STARLINK mudushire kuri Satellite. *Isi yuyumusi irikumuvuduko udasanzwe mwikoranabuhanga Aho igihugu gishobora gu hacki nga ikindi gihugu ugasanga civye amabanga yaco.Please I don't trust Our neighbors, especially Rwanda* Mumenyeko mufise uruhara rukomeye *kumutekano w'Igihugu,Twubake Tugavye✍🏽MURAKOZE*
❤️ 🎉 2

Comments