🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 1, 2025 at 05:02 AM
*TWUBAKE TUGAVYE* Twarumviseko muntara ziherereye kumipaka y'Ibihugu bibanyi Ngendanwa zabahaba ahogutora imihora yomugihugu cacu ahubwo zitorera imihora yomurivyo bihugu. Biteyubwoba n'Amakenga menshi kuko igihe bimezuko tuba turi insécurité. Biramenyereweko iyuvuye mugihugu ukinjira mukindi phone yawe ica ita signals yumuhora ukuye mugihugu uvuyemwo kugeza wandikishije carte sim nshasha yomugihugu ugiyemwo bityo communication yawe ikaba sous Control yicogihugu winjiyemwo. Bivuzengo nimba bimezuko Birorosheko *Umunyarwanda ashobora kwinjira I Burundi afise carte sim yakuye mu Rwanda Communication ikabandanya ataco yinona🤔🤦🏿‍♂️* Ikindi mbazirikana uravye neza umuhora MTN womugihugu c'Urwanda urafitaniye isano na LUMITEL muzobisuzume kuri bwabuterefone busoma carte sim imwe yumuhora wa lumitel gusa,Uzosanga akogafone gashobora gusoma na MTN.(à vérifier) *MUZITIRE KARE TUTARONERWA,MURAKOZE* *Yari Voix du Patriot Nkibisanzwe*
👍 😢 2

Comments