🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 6, 2025 at 09:36 AM
Inyamaswa za Paul Kagame Birababaje abantu babesha amakungu ngobarikurwanira abenegihugu mugihe barimwo kwica abandi benegihigu, Genocide irimwo irakorwa mugihugu ca Congo Iteyubwoba kurugero rw'Indengabutungane. Uyumusi abarenga Millions 10 bamaze kwicwa na M23,amaraso y'Inzirakarengane akomeje kumeneka.Barangiza ngobarigutsinda Urugamba kandi bari mukubiba iterabwoba ryokwica abenegihugu mukubakorera ivyaha bihanishwa amategeko y'Intambara. Iyaba Abarundi Batari Muri Congo Sinibazako Congo yobaye icitwa Congo.Dushimire Ingabo z'Uburundi zikomeje kurwanako abenegihugu ba Congo muburere barimwo aho twumvako uturere turimwo abasilikare babarundi haba Hari Umutekano. Musangize iyinkuru benshi bashoboka Isi Imenye Ubugome bwakagome President wigihugu curwanda. *Ni Voix Du Patriot Nkibisanzwe Mukurikirana 5/5*
😮 1

Comments