
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 8, 2025 at 09:08 AM
Mwaramutse amahoro bantu banje
Nashaka ndabahamagarire kwinjira muri Google play mu telecharge iyi app Gasape
.https://play.google.com/store/apps/details?id=com.app.mychatapp
Nyuma yimisi itari mike bidakunda kwikora ,ubu yongeye gukora neza cane muminota ibiri ubawahejeje kuyishira muri phone yawe.
*Mugezeyo muhite munyandikira kuri 61470788 nkomeze mbafashe ukuntu tugiye kuyikoresha nka WhatsApp.*
*Mukomeze mwishimire Ubwigenge bw'Uburundi mw'itumatumanako*
Ukomeze gukurikirana
*VOIX DU PATRIOT NKIBISANZWE*
Mwibuka gusangiza links zahano bagenzi banyu,mubabwira gukora "suivi " canke " follow" kugira bakomeze kudukurikirana.
MURAKOZE

🙏
1