
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 22, 2025 at 05:47 PM
*Ubugome n'Ubugizi bwa nabi bwaba M23 na RDF🥺*
Abarundi dusabwa kuryamira amajanja ntitwemereko irishano rirwira Uburundi.
Abarundi turasabwa kubanira ijisho kuburyo akavyura umutwe duca ducakira,kuko umwansi mubi ni Umwansi w'indani.
*Indongozi guhera kuri Nyumbakumi,cane cane ba Nyumbakumi,nimwe mubazwa umutekano wose kuko igitigiri cabo mutwara mutegerezwa kukimenya kuko mutwara bake.*
Indwanyi Karuhariwe izwi kw'izina rya CHEGUEVARA Yaravuze ati :*《Nimwashaka kurwanya Umwansi Atera Igihugu,Muze mutekere Amasasu 10,Icenda(9) yogutera abansi b'indani irindi sasu rimwe (1) Uribikire umwansi wohanze kuko batariho umwansi wohanze Ntiyoboshobora kubona aho amenera.》*
*NAWE BIRAKURABA....* ✍🏽✍🏽✍🏽
*Yari Voix du Patriot nk'Ibisanzwe*