
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 23, 2025 at 10:35 AM
*Nkubu kuba utarashira muri phone yawe iyi Application ikora nka WhatsApp hama ikaba idakenera ama réseaux mukuyikoresha,Ubwo wewe wipfuziki🤷🏽♂️😂🤔*
*Bantu mukoresha I Phone, ubu murashobora gushira ku gihe App yanyu ya GasapeChat, kugira mubone ibindi bishasha vyongewemwo. Murakoze. Dear iPhone users, You can now update your Gasape Chat Application to benefit from additional features. Thank you.*
Hama mbibutseko iyi app ikora 180%1 nka WhatsApp kuko ifise ibindi bisata WhatsApp itagira.
Ifise igisata gukora nka Lumicash canke PayPal,ifise igisata cokugurirako itike yingendo,gusabirako credit,kuguriramwo bundles,......
*Sivyo gusa iyi Application ifise nububiko bwokuziganya muma dollars, muma euro nomumarundi*
*App iba kuri Paystore*

😮
1