
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
February 27, 2025 at 11:44 AM
*ICOBITA KUGIRA UMUBANYI MUBI*
*Nkuko vyakozwe 1994,Paul Kagame nabambari biwe bagatega agatego Abanyarwanda bomumiryango y'Abahutu mukwica Aba Presidents babahutu President w'Urwanda Juvenale Havyarimana na President w'Uburundi Cyprien Ntaryamira.Bakabikora bashaka kubatera agashavu kugirango birime mumiryango y'Abatutsi bayigandagure.*
*Nkuko vyabaye mu Burundi Politike nkiyo ya Paul Kagame bakicira Lt.Gen.Adolphe Nshimirimana hafi y'Amakaritiye y'Imiryango y'Abatusi,bityo kugirango batere agashavu imiryango y'Abahutu batwarwe nishavu maze birime mubatutsi babice ariko Imana Ibereye maso Uburundi igahishurira indongozi ivyako gatego atabara riguye. Niko nuyumusi Abanyarwanda na Reta yabo barimwo kubikora mugukwiragiza ibihuha hirya nohino.*
*Barundi Barundikazi, Mukomeze mubumbatire amahoro n'Ubumwe,murwanire ishaka nitekane vy'Igihugu cacu.Mwibuke iyo twavuye dufatane amaboko dukurikire Destination yiyo turiko turaja.*
*Batutsi muri I Burundi nimwebwe bokubeshuza iribara ririmwo gukwira Amahanga✍🏽*
👍
1