Itara Burundi
Itara Burundi
February 14, 2025 at 07:48 PM
#burundi Kur'uyu wa 14 Ruhuhuma 2025 Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yafashe urugendo aja #addisababa mu gihugu ca #ethiopia munama y'abakuru b'ibihugu n'ama leta vya #africa igira 38 izoba kumagenekerezo ya 15 na 16 Ruhuhuma 2025. Yasize ahinduye abategetsi bakomeye bamwe bamwe bo mubiro bikuru vya gisirikare. 🔽 Ikibuga ca Kavumu cafashwe na M23, abasoda b'uburundi bariyo birutse. 👉https://youtu.be/DGIwf9q1IOo 👉https://x.com/ItaraBurundi/status/1890487784751661129 Mubivuzeko iki?

Comments