Itara Burundi
Itara Burundi
February 15, 2025 at 12:59 PM
Kur'uyu wa 15 Ruhuhuma 2025, Umuhari @M23_ARC /AFC wasavye abasoda b'u #burundi gusubira mugihugu cabo mumaguru masha nk'uko @LawrenceKanyuka avugira uwo muhari yabishize ahabona. Basavye abari #nkomo, #nyangezi, ikiyaya ca #rusizi n'ahahegereye kuhava ngo nakare ntamvo zihari zotuma bajayo. Bongeyeko ko ibitero vyabasoda ba @fdnbbi vyatumye hicwa abakongomani kubera ubwoko n'ayandi mabi. 👉https://x.com/ItaraBurundi/status/1890747558294646955 Muvyakiriye gute?

Comments