FOCODE Magazine
FOCODE Magazine
February 19, 2025 at 05:10 AM
Ubutumwa bwaciye hano hirya y'ejo mw'ijoro butabariza Yvan Irakoze, bwaragize ico bumara. Yvan Irakoze yaraye akuwe mu gasho k'iperereza, asubizwa mu Mpimba. Yoba yarri yiswe umunyarwanda,maze ubutumwa twatanze buca bwerekana umwidondoro wiwe. Ariko rero, Yvan Irakoze ari mu karenganyo gakomeye. Amaze imyaka itatu apfunzwe, ata rubanza aciriwe, kandi anapfungiwe icaha kitumvikana. Abafise dosiye yiwe nibamurenganure. Mbega hoba hariho abandi banyarwanda boba barakuwe mu Mpimba, bakajanwa muri documentation ? Uwobimenya aratumenyesha.
👍 ❤️ 5

Comments