Iris News
                                
                            
                            
                    
                                
                                
                                February 5, 2025 at 04:12 PM
                               
                            
                        
                            🇧🇮🏀 #afrobasketwomen qualifiers: Intamba mu rugamba z'abiheme ziratsinzwe ubugira kabiri ku rukino rwa kabiri nyene rwabahuje na Kenya (53-87)
📉 Amahirwe ho kurengana muri iryo kurakuranamwo ariko aragabanuka ku #burundi na rirya bugisigaje guhura n'imirwi ikomeye ya #sudani y'epfo na #uganda
#inkino #irisnews
                        
                    
                    
                    
                    
                    
                                    
                                        
                                            ❤️
                                        
                                    
                                    
                                        1